iwacu_250_logo
Top 10: Real Madrid iyoboye amakipe 10 y’iburayi yatanze akayabo mukugura abakinnyi uyu mwaka (urutonde) Top 10: Real Madrid iyoboye amakipe 10 y’iburayi yatanze akayabo mukugura abakinnyi uyu mwaka (urutonde)
Top 10: Real Madrid iyoboye amakipe 10 y’iburayi yatanze akayabo mukugura abakinnyi uyu mwaka (urutonde)

nyuma yukomisoko ry’igura n ‘igurishwa ry’abakinnyi kumugabane w’uburayi risubitswe, ikipe ya Real madrid iza kumwanya wa mbere mumakipe yatanze agatubutse aho ikurikiwe na Fc Balcelona kumwanya wa kabiri ndetse na Atletico Madrid kumwanya wa gatatu.

uko amakipe akurikirana

Real Madrid, miliyoni 300 

Fc Barcelona, miliyoni 255

Atletico Madrid, miliyoni 243

Juventus, miliyoni 188.5

Mnchester city, miliyoni 159

Sevilla Fc, miliyoni 158,75

Inter milan, miliyoni 155 zama pound

 

 

Ndayisaba Valens

No comments so far.

Be first to leave comment below.

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Powered by Live Score & Live Score App